Umbamwo Lyrics

ESTHER NISH Feat KIDUM Burundi | RnB,

Umbamwo Lyrics


Terenc on the Track
Esther Nish na Kidumu Kibido

[VERSE 1 _Esther Nish]
Ntarabibona niyumvira
Yuko ntazokunda yoo
Nkumva urukundo rudashoboka
Ababivuga nabo nkabaaseka
Kuko numva bavuga ayabo
Sinamenya yuko bijyoha
Nakubonye byose birahinduka
(Birahinduka)
Ishusho yawe ikama igaruka
Muri njyewe
Umutima wanjye ugatera
Unyibutsa izina ryawe
Kuko niyumvisemo
ihinduka rikomeye
Nuko ibintu ntazi
Birashwaramwo bikomeye

[CHORUS_Esther Nish]
Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Warampinduye unzana m’urukundo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)

Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Warampinduye unzana m’urukundo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Ni wewe umbamwo,ni wewe umbamwo

[VERSE 2 _Kidum Kibido]
mbwira ibyo bintu bigushwayemo
kugirango ndabe yuko twoba tubaye kimwe
Nkukubise amaso ubwo nyine akazuka
Numvise ijwi ryawe ubwo nyine
Ntangira kwipanga
Nkatangira gupanga amajambo
Inza kukubwira ngo ujyohegwe
Ngahita jya mucyumba kurondera
Impuzu nziza ngo mberwe
Ur’urukundo ni complike
Ur’urukundo ni danger
Ur’urukundo ni complike
Ur’urukundo ni danger

Raba uko ngana, raba uko ungana
Hanyuma ukanca unkomeza

[CHORUS]
Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Warampinduye unzana m’urukundo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Wanzanye m’ubwatsi bw’urukundo
Maze nigumirayo
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo
Umbamwo nkakwiyumvamwo
Umbamwo umbamwo
Umbamwo umba mba mba

Iyo ugiye ndaremba
Wataha nkaba muzima
Unkozeko bikarenga
Icyuya kigatemba

Iyo ugiye ndaremba
Wataha nkaba muzima
Unkozeko bikarenga
Icyuya kigatemba

[CHORUS]
Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo
Warampinduye unzana m’urukundo
Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo
(Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo)
Warampinduye unzana m’urukundo
Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo

Ni wewe
(Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)
Nkakwiyumvamwo, umbamwo
(Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo)
Umbamo nkakwiyumvamo
(Ni wewe ùmbamwo ni wewe umbamwo)
Umbamwa umbamwo umbamwo
(Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo)
Umbamwo umbamwo umbamwo
Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo

Umbamwo
Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo

ESTHER NISH (3 lyrics)

Esther Nish is a super talented artist/singer/vocalist from Bunjumbura, Burundi . She came to the limelight when she collaborated with Kidum from Kenya in their song Umbamwo which was released in May 2019.

Leave a Comment