...

Nawe Lyrics by ESTHER NISH


Nta formule

Y’ukuntu nkukunda je mfise

Wewe uhora untangaza

Ukuntu umbera mwiza buri munsi

Ubwenge bwanje

Ntibukeneye kumenya yuko hari abandi bankunda

Nukuri ko nkunzwe nawe birampagije

Ibindindirye muri kazoza

Naho ntarabimenya

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Namenye gukunda

Igihe ndakubana ukabinyereka

Umenezero

Utarimwo wewe sindawubona

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Ooh my lover

I like to be wherever you are

Hold me now

Ohh mon bebe

I just wanna feel your fhavor yeah

Ongera umpobere, cane

Kuko bintera kwumva ibicuro

Ngwino nkurirmbire sha

Indirimbo y’urukundo

Yamajambo aryohera umutima

Nzoyakuririmbira

Aho uzoza hose

Nzogumana nawe

Namenye gukunda

Igihe ndakubana ukabinyereka

Umenezero

Utarimwo wewe sindawubona

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Namenye gukunda

Igihe ndakubana ukabinyereka

Umenezero

Utarimwo wewe sindawubona

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Ico nzi co

Nzosazana nawe

Watch Video

About Nawe

Album : (Single)
Release Year : 2025
Copyright :
Added By : Farida
Published : Jul 13 , 2025

More ESTHER NISH Lyrics

ESTHER NISH
ESTHER NISH
ESTHER NISH
ESTHER NISH

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2025, We Tell Africa Group Sarl