...

Kamikazi Lyrics by AKES DON

Nipfuza umbere igitutu
Ahonja hose tujane
Oohh kamikazi
Kandi nipfura umbere imishwarara
Umurikire gushika ijoro
Kamikazi iih

Ehh iih let me  be a reason
Waje kw’isi ur’umustomi
Nkunadira kamikazi
Bwuki bwuzuyz intango
Mbera icambo mu rukundo
Bara ry’umuhondo kamikazi
Kamikazi weehh
Nguino nyegera mkwereke umuryango
We bwiza kibona umwe
Nkumadira nkutware iwacu
Nkuririmbire ka karirimbo
Mpise akamikazi
Akamikazi je mfise akamikazi
Mfise akamikazi
Akamikazi je mfise akamikazi
Ahhh hakurya aah
Hakurya mu mutima
Huzuye Inyanja  inyanja y’urukundo
Iungo twoge
Twivuge amazina mpaka buce
Ijambo urukundo turyanadike eeh
Eehh kamikazi
Bwuki bwuzuge intango mbere icambo mu rukundo
Bara ry’umuhondo kamikazi
Kamikaze weeehh
Ngwino nyegera nkwereke umuryango
We bwiza kibona umwe
Nkundira nkutware iwacu
Nkuririmbire ka karirimbo

Mfise akamikazi (akamikazi)
Akamikazi (akamikazi)
je mfise akamikaz (akamikazi)
Mfise akamikazi (akamikazi)
Akamikazi je mfise ( akamikazi)

Watch Video

About Kamikazi

Album : Kamikazi (Single)
Release Year : 2019
Added By : Olivier Charly
Published : Aug 18 , 2019

More AKES DON Lyrics

AKES DON

Comments ( 0 )

No Comment yet

See also



You May also Like



Get Afrika Lyrics Mobile App

About AfrikaLyrics 

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2020, New Africa Media Sarl