Tubikore Lyrics by AKES DON

Ingingo niyo yatumye
Jewe mpindura imvugo
Kakubwira ko nkukunda ata rukingo
Rukundo twenga ndabe

Mu mitima yacu huzuye imvyiro
Z’abo twakunze agatima ariko
Batugira utajajuro mw’isomero

Ishwi maweee eh
Iwawe ntibikabe
Unsige mu kigoo
Mu Nk’ikwa kwa mukeba
Ah’ibambewe
Nanje sinzosiba
Kudodobeza luwawe mutima

Burya urukundo rw’icira inzira
Kandi iyo rweze ntiruradurwa
Niwe niyumvira uko nryamye uko mvyutse
Buri igiheee
Uhmmm
Nuzuye imikungugu ingo unyoze
Ndirubanda amazi nk’imyungu mu mwonga
Kana ka mama nkundiraa iiih

Ndakuvane mu gahinga eh eh eh
Ndagutware mw’ibenga eh eh eh
Mw’ibenga ry’urukundo rwanje nawe hmmm
Ndagutware ku gatumba eh eh eh
Kwa dawe na mawe eh eh eh
Badushwiragizemw’imihezagiro

Ingo tubikore, tubikore
Ingo tubikore, tubikore

Urukundo rurahanda
Iyo uriko urahendwa
Kandi rukadigadiga
Iyo ukungwa
Nsinifuza kugutakaza
Baby my darling oya mama
Nsinifuza nokukubura
Amasosi yontemba intimba inkandenga
Mfata ikiganza ntunje kuree
Murukundo twigire kure
Nwamikazi w’ikirere canje  eh

Ishwi mawe
Iwawe ntibikabe
Unsige mu kigoo
Nk’ihwa kwa mukeba
Ah’ibambewe nanje sinzosiba
Kudodobeza muwawe mutima

Ndakuvane mu gahinga eh eh eh
Ndagutware mw’ibenga eh eh eh
Mw’ibenga ry’urukundo rwanje nawe hmmm
Ndagutware ku gatumba eh eh eh
Kwa dawe na mawe eh eh eh
Badushwiragizemw’imihezagiro

Ingo tubikore, tubikore
Ingo tubikore, tubikore
Tubikore, tubikore

 

Watch Video

About Tubikore

Album : Tubikore
Release Year : 2020
Added By : Afrika Lyrics
Published : Apr 26 , 2020

More AKES DON Lyrics

AKES DON

Comments ( 0 )

No Comment yet

See also



You May also Like



Get Afrika Lyrics Mobile App

About AfrikaLyrics 

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2020, New Africa Media Sarl