Why Lyrics by MB DATA


Vyarashitse ndagukunda niwe rukundo gwanje gwambere
Kuki umutima wanje ugukunda ukabifata nk’uburofa
Why my gyal
Hakagera igihe ukwega induru kugira ngo dushwane
Nanje ndabibonye bukanrya umutima tuti hangee
Ishavu nkarishira ku mutima sinicuza ndagufise ariko tu
Menyako konkukunda ntawugukunda nkaje yeyeee
Ndakubwira amajambo mezaa ngunyurwe ntavyurwe
Ndagutetesha nkarenza kurugero wewe uzi ntavyo we ubona
Canke hari umuntu akubuza amahoro agukunda jewe kundusha
Ariko menya nubwo bigutera ubwoba kubimbwira
Mbwira nduhuke niwewe nkundaa
Canke hari uwundi agukunda utinya kumbwira
Canke hariconkora kitagenda ukanka kumbwora weeehh

Umutima wanje simoteri yimodoka ngo ireke kubabara mama
Umutima wanje nimba kontacoka menya yuko ndi tabanii mamaa
Ikibabaje nikimwe eh, ntiwumva uburibwe bwanje wee
Ndakwitaho ntubibona umbwira ngo ndeke kukugora wewe
Ndaguha care ngo mama mfise ugufuha kw’uburofa why
Nintafuha naho my baby, ubabazwa nuko ntabikora
Kuki ungwaza umutima we mbwira
Canke hari uwugukunda kunduta wee mbwira
Ntugirisoni zo kumbwira we mbwira
Kuko amaraso yanje ari ku mutwe wawe
Naho wigira sindabibazwa ma bae
Ariko menya ko uwugukunda ari jewe
Nubwo umera nkuwutavyerekwa
Mbwiraa why why
Hari impamvu ibitumaaa
Canke hari umuntu akubuza amahoro agukunda jewe kundusha
Ariko menya nubwo bigutera ubwoba kubimbwira
Mbwira nduhuke niwewe nkundaa
Canke hari uwundi agukunda utinya kumbwira
Canke hariconkora kitagenda ukanka kumbwora weeehh

Tell me why
Tell me why
Tell me why
Tell me why why why why

Watch Video

About Why

Album : Why (Single)
Release Year : 2022
Added By : Farida
Published : Jun 02 , 2022

More MB DATA Lyrics

MB DATA
MB DATA
MB DATA
MB DATA

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl