...

Utuntu Lyrics by DR CLAUDE

Alley Mushagaruza
Dr claude once again

[CHORUS]
Kuva njye mpura nawe
Sindabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Kuva njye mpura nawe
Indabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu

[VERSE 1]
Mukobwa mwiza atagiraa  atagira makiyaje
Ariko ugasanga mugitondo asa n’inyenyeri
Afise utuntu dusarangana
Utyo tuntu tukandigadiga
Afise utuntu dusarangana
Utyo tuntu tukandigadiga

[CHORUS]
Kuva njye mpura nawe
Sindabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Kuva njye mpura nawe
Indabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu

[VERSE 2]
Icyo namukundira anzanira udukado
Udukado dutandukanye harimo udukado
Twa aaaaaa Aniversary  
Nanjye nkaryoherwa nutwo tuntu ohh oh
Uzombabarire uzaze unzaniye utwo tuntu umpa
Utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa
Uzombabarire uzaze unzaniye utwo tuntu umpa
Utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa

[CHORUS]
Kuva njye mpura nawe
Sindabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Kuva njye mpura nawe
Indabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu

Afise utuntu dusarangana
Utwo tuntu tukandigadiga
Uzo mbabarire uzaze unzaniye utwo tuntu umpa
Utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa
Uzombabarire uzaze unzaniye utwo tuntu umpa
Utwo tuntu umpa utwo tuntu umpaaa

[CHORUS]
Kuva njye mpura nawe
Sindabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Kuva njye mpura nawe
Indabona umuntu ameze nkawe
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu
Umuntu ampa utuntu
Utuntu, utuntu, utuntu, utuntu

Allen mushagaruza
PAPA na happIness

 

Watch Video

About Utuntu

Album : UTUNTU (Single)
Release Year : 2019
Added By : Florent Joy
Published : Aug 18 , 2019

More DR CLAUDE Lyrics

DR CLAUDE

Comments ( 0 )

No Comment yet

See also



You May also Like



Get Afrika Lyrics Mobile App

About AfrikaLyrics 

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2020, New Africa Media Sarl