Ufise Gute? Lyrics by NATACHA

Aahh
Yeehhhh
La noma … Nomaa Nomaa

Burya umwiko nikiriko ibyo bimenye
Abatanganya amatako ntibota hamwe
Y’ukora uhombya yaco wimanika
Ni gute unshaka kandi imbabura umanika
Uza umbwira amajambo abandi bakoresha inote (cash)
Vuba nkabaha isango nawe ukarindira iminsi
Sindi level yawe si level yawe
Sindi level yawe Raba abangana nawe
Eeehhh

Ufise gute
Yacooo wiparatura
Ufise gute
La number ndi high class
Nawe ukiryama hasii
Ufise gute
Mbwira aahaahahh vuga
Ufise gute
Gute gute gute yeahh
Ufise gute
Ufise gute
Ufise gute

Igiceri ciganye imvubu kurya kiratabuka
Impene yigana inkende kurira iratibuka
Agashahara kose ngo untware ku du Lac, Tanganyika
Ugafata amadeni ngo ungirire shoping eeehhh
Hagera mugatondo naya Tai akabura
Kinjirira aba manya ntiwigwaze umutima Aahh
Sindi level yawe si level yawe
Sindi level yawe Raba abangana nawe
Eeehhh

Ufise gute
Yacooo wiparatura
Ufise gute
La number ndi high class
Nawe ukiryama hasii
Ufise gute
Mbwira aahaahahh vuga
Ufise gute
Gute gute gute yeahh
Ufise gute
Ufise gute
Ufise gute

Imyazigera ubwobireya urimenya Aaaeeehhh
Ntakamara ko kwihaya kandi ubabaye
Vofuma umbariza ukuri hako nkukundira icyo utari
Nzokwangire icyo uri oya oya oya

Ufise gute
Ufise gute
Ufise gute

Watch Video

About Ufise Gute?

Album : Ufise Gute? (Single)
Release Year : 2019
Added By : Florent Joy
Published : Sep 18 , 2019

More NATACHA Lyrics

NATACHA
NATACHA
NATACHA
NATACHA

Comments ( 0 )

No Comment yet

See also



You May also Like



Get Afrika Lyrics Mobile App

About AfrikaLyrics 

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2020, New Africa Media Sarl