Ijambo by EDEN BANGA Lyrics

Ryavuze nguwizera, ntaziger’amaramara
Konizer’ijambo ryawe nanje sinzomaramara
(Ryavuze nguwizera, ntaziger’amaramara
Konizer’ijambo ryawe nanje sinzomaramara)

Ntirihinduka rivuze iyorivuze riba rivuze
Ntirihindurwa nibihe
Canke ivyabantu nabo bovuga
Niyo mpamvuu …
(Je ndakund’ijambo)
Mubivugeee… aayaa
(Je ndakund’ijambo)
Muvyature … ooh

Ivyanditse murico gitabo vyose biranyerekeye
Atanakimwe kivuyemwo ndanabibonye nanje ndibona
Niyo mpamvuu …
(Je ndakund’ijambo)
Mubivugeee… aayaa
(Je ndakund’ijambo)
Muvyature … eeh … ooh
(Je ndakund’ijambo
Je ndakund’ijambo)

Ntaziger’amaramara uwiziy’izina ryawe
Oooh ntaziger’akorwa nisoni yee, oooh
Niwomuco umurikira mubuzima sinozimira
Naho hoba mumwijima (mwami ntiwiger’undekuraaa)
Ibihuhusi nimiyaga ntibibasha kubihinduraaa
Rishoboye vyoooseee
Niwomuco umurikira mubuzima sinozimira
Naho hoba mumwijima (mwami ntiwiger’undekuraaa)
Ibihuhusi nimiyaga ntibibasha kubihinduraaa
Rishoboye vyoooseee

Ryavuze nguwizera, ntaziger’amaramara
Konizer’ijambo ryawe nanje sinzomaramara
Ryavuze nguwizera, ntaziger’amaramara
Konizer’ijambo ryawe nanje sinzomaramara

Music Video
About this Song
Album : Ijambo ,
Release Year : 2019
Added By: Farida
Published: Mar 26 , 2020
More Lyrics By EDEN BANGA
Comments ( 0 )
No Comment yet
Leave a comment