Be Mine Lyrics by WIZ DESIGNER


Da mi gwan
Da mi gwan
Da mi gwa gwani
Wiz designer
Make me Da Gwani
Da mi gwan
Da mi gwa
Da mi gwa gwani  
Gwa gwani

We Mutima
Ndagukunda rumwe rutitaha  
Mubuzima nifuza yuko twoba intatanya
Amaso maa agaragaza urukundo nkukunda mama
Ndagusavye ma
Mberijisho ry’umutima mama

Jewe mfise indito yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi wabana banje
Jewe mfise indoto yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi w’abana banje

I want you to be mine
I want you to be mine
I want you to be mine
I want you to be mine

Urakana keza ma nahawe na rugira
Ufise imico nkiya mama indero bikira mariya
Jewe mbona tuberanye
Jewe mbona dukwiranye
Ni kenshi nihanganye
Uno musi bimenye
Hmmm baby please
Nyumviriza kidogo
Baby I have to tell you this
Hari jambo ryamize mu muhogo
Kandi burya  bimaze imisi

Jewe mfise indoto yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi w’abana banje
Jewe mfise indoto yogukundana nawe mama
Nyemerera umbere Umuvyeyi w’abana banje

I want you to be mine
I want you to be mine
I want you to be mine
I want you to be mine

Watch Video

About Be Mine

Album : Be Mine (Single)
Release Year : 2022
Added By : Farida
Published : Dec 30 , 2022

More WIZ DESIGNER Lyrics

WIZ DESIGNER
WIZ DESIGNER
WIZ DESIGNER
WIZ DESIGNER

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl