SAT-B Miss You cover image

Miss You Lyrics

Miss You Lyrics by SAT-B


Jigger Beat
Sat-B
Romantic Sounds

[VERSE 1]
Allo Bite Christa bwakeye
Waramutse gute ? waramutse neza?
Ko nkuhamagara ntiwitabe
Nyitaba basi wumv’ico nkubwira
Aho Umbona Nta Mahoro
Kubera ya Ncuti yawe
Ndazi kumushikira ubu butumwa
Mubwire uti vyanse vyanse Kagoheka
Vyanse ko amara na kabiri Niwateba
Uzosanga yiyahuye ! yiyahuye
Uti mimba ari amakosa yiwe
Nashimye kuyirengagiza
Nkuko ryari isezerano ryokuzo Kwihanganirana
Uti nta kamaro ko kwihisha
Burigihe iyo duhuye
Nimba ari amakosa
Narayanubabariye darling

[CHORUS]
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje

If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling
If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling

[VERSE 2]
Tumeshindwa kuelewana ila
Nampenda sana
Ajuwe Roho Yangu Anaicoma
Kutwa kutukana mapenzi
Yamekuwa noma
Oh nateseka sana
Nimefika Mpaka Dar
Kumsaka mondi wa tandale
Anieleze nini siri yamafanikio
Niweze kukutunza Sijamuona
Oh mama sijamuona
Kwani wapo wengi kama mimi
Walokosewa na leo wameridhika na
Wao wapenzi
Nagerageje kumwibagira
Ariko bimbera umuti urura
Mbega nibiki ko agumya umutima
Bikamunanira no kunsaba ibambazi
Imbabazi nizo zubaka
Nizo Zubaka ingo zabasogukuru
Harya ivy’isi ivy’isi n’ubusaaaaa

[CHORUS]
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje

If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling
If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget that Darling
Oh Darling

Watch Video

About Miss You

Album : Romantic Sounds (Album)
Release Year : 2020
Copyright : © 2020 Empire Avenue
Added By : Farida
Published : Dec 02 , 2020

More SAT-B Lyrics

SAT-B
SAT-B
SAT-B

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl