Mutima Lyrics by MT NUMBER ONE


Uri cadeaux nahawe n’umukama
Nzogukunda urukundo rudasaza
Nzokurinda nk’umusoda ataryama
Turambane dushike mubitama
Oh oh oh babe
Kirezi nambaye kumutima hatabonwa na bose
Hamwe abansi buru rukundo badashika kenshi
Nzokwivuga amazina isi yose ibimenye
Gushika na mumpera tuzoba turi kumwe
Bintera kwama nibaza ko woba uri malaika murinzi
Canke roho mutagatifu

My lady umutima
My muaa muaa muaa umutima
My babe nguma mumutima
My oxygene turye ubuzima
My lady umutima
My muaa muaa muaa umutima
My babe nguma mumutima
My oxygene turye ubuzima

Iyo ndavye mukirore sinibona mbona wewe
Nakwikora kumubiri siniyumve nkumva wewe
Unyicayemwo mumutima
Ukabtembamwo mumaraso
Ndakwiyumvamo mumubiri oh babe
Unyicayemwo mumutima
Ukantembamwo mumaraso
Ndakwiyumvamo mumubiri oh babe
Nzokwivuga amazina
Isi yose ibimenye
Gushika no mumpera tuzoba turikumwe
Bintera kwama nibaza ko oba uri malaika murinzi
Canke roho mutagatifu

My lady umutima
My muaa muaa muaa umutima
My babe nguma mumutima
My oxygene turye ubuzima
My lady umutima
My muaa muaa muaa umutima
My babe nguma mumutima
My oxygene turye ubuzima

Watch Video


About Mutima

Album : Mutima (Single)
Release Year : 2022
Added By : Farida
Published : Oct 01 , 2022

More MT NUMBER ONE Lyrics

MT NUMBER ONE
MT NUMBER ONE
MT NUMBER ONE
MT NUMBER ONE

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2023, We Tell Africa Group Sarl