Paroles de Legend (Remix)
Paroles de Legend (Remix) Par LINOG
Ni young Legend LinoG
hamwe na kizigenza muri remix
B face na drama T
El postola kayanza team
Nta Legend a callinga all night
Nta legend afukamirininja
Nta legend atinya gu cheatinga
Nta legend numwatinya breakup
Eka ntamu legende yisemba
Wirirwuramufukamiratanakwumva yeah
Barayamaze ngwansuraheba
Murekazorwimbere ntacuzohomba yeah
Ndabizi kumukunda jewivyosindavyanse
Simpaririye kandi vyonshikira nanje
Jewiconanse
Nukwama mumatanye nka prise na alonge
Bitera danje
Ntamu legende ahebifaranga
Kuberutu message twaburimwanya
Jenemerumugabatinginga
Avyemerukobije ata beginga
Eregivyo biteragasuzuguro
Washuhanaho akavyitagahararo
Ahari ijipo akahashiripantaro
Vau mieux utekane ugabanyakariro
Nimbufisuwukunda
Mumenyeshe kuri Legend
Wabonye benshi bamusumba
Ariko mutakirikumwe
Tuba dufise gahunda
And we don't care how is the distance
Iwacumwanyuragugwa
Dukoribiri kuri liste Yeah yeah
Nta legend a callinga all night
Nta legend afukamira ininja
Nta legend atinya gu cheatinga
Nta legend numwe atinya break up
Je ndi Legend
They call me shinji Kagawa
The only ginger for your sauce
Man of the summer
The sipi sipi man bomboclat
For the pum pum girls
Legend with the weeds some for the weekend vibe
Legend wama bango mwikota
Ndi wamu nigga wumu Gee atikozimbeba
Ndi wamu Gee uhideni bigorana kuriha
Umwe bigorana kubona akororamarira
Je ndi Legend utumira nkizimana
The Legend atabitswamabanga
Akunda liquor store kurusha kwa muganga
The legend udakunda mukabana they call me legend
Nimbufisuwukunda
Mumenyeshe kuri Legend
Wabonye benshi bamusumba
Ariko mutakirikumwe
Tuba dufise gahunda
And we don't care how is the distance
Iwacumwanyuragugwa
Dukoribiri kuri liste Yeah yeah
Nta legend a callinga all night
Nta legend afukamira ininja
Nta legend atinya gu cheatinga
Nta legend numwe atinya break up
Ndagukunda for sure
Tena sana arikumbabarire ndi legend sinterivi umwana
Nivyashika nkahonja
Nkaguterigori
Mpikibondo ariko ndi legend sinterurimpinja
Ngufana birenze
Kuko nawe ntiwambenze
Arikundekoneye ndi legend nsiga ndagufyonze
Ntiwirirwurampenda
Undambiwuragenda
Ndi legend simpombahubwabana nguma nsomba
Ntiwumvabagushuka
Ngo buca ndagusiga
Wankunze ndumu nigga
Nzoguhongumuduga
Legend ntateba
Buhiyarabubega
Nyegerundishibintu
Dusomeshiyomisega
Tuba twifunga cane sha
Niyompamvu ubona ntagupostinga
Ooh baby reka kwirusha
Ukunzwe cane mwibanga
Nkaka ganja yeah yeah
Ninakubwira ngo sinobaho ntagufise
Nzobandakubesha fatafone uyikupe
Niwaronkaka map ntugasige naho kobakogukeshuzewibukugaruke
Muri Weekend dutahabandi bagiye gusenga
Legendary ukoroze ndakwepa
Ntuzanivyimiharuziyukariwe nkunda
I live my life niwankumburuzoza
Ecouter
A Propos de "Legend (Remix)"
Plus de Lyrics de LINOG
Commentaires ( 0 )
Aucun commentaire pour l'instant
Vous aimeriez sûrement
Essayez l'application Mobile
A propos de AfrikaLyrics
Suivre Afrika Lyrics
© 2024, We Tell Africa Group Sarl