BIG FIZZO Ndabizi  cover image

Ndabizi Lyrics

Ndabizi Lyrics by BIG FIZZO


Fizzo baby
It's your Baby, hmm mm

Ndabizi ntitukivugana kenshi
Amakosa peut-être n'ayanje kuko nanje mba kw'isi
Igisigaye kindyohera nuko nama nibuka
Ko ndimubaciye muri bga buzima bgawe bwaka
Ooh Icompa uwuzoha amahirwe (amahirwe)
Akazoguha ta juste valeur, yeah yeah yeah
Sinoryoherwa nsanze urikumwe
Nuwogukunda munsi yurwo naguhaye
Quel malheur

Ndabizi
You know I know
Ndabizi
I know baby
Ndabizi
Ndabizi baby
Ndabizi

Ndabizi ko umutima wawe ubizi
Ko imizi yurwo nagukunda ar'isinzi
Mbe vyamfatiye hehe ( hehe)
Ndakureke ugende ( ugende)
I wish I could turn back the time nka ngire mitende ooh
Ntivyompimbara kandi ko iryosozi ( iryosozi)
Ryawe ko ryokoza ibirenge hasi (ihibambewe)
Ndakwipfuriza uwoba arusha jewe
Azokugukunda kurusha urwo naguhaye
Hmm hmm

Ndabizi
Ndabizi baby
Ndabizi
I know I did you wrong
Ndabizi
Ndaaaaa
Ndabizi
Ndabizi

Watch Video

About Ndabizi

Album : Ndabizi (Single)
Release Year : 2022
Added By : Farida
Published : Dec 20 , 2022

More BIG FIZZO Lyrics

BIG FIZZO
You
BIG FIZZO
BIG FIZZO
BIG FIZZO

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl