Nashimwe Lyrics by REDEMPTION VOICE


[VERSE 1]
Kubwurukundo Imana yadukunze kuva kera
Rwatumye itanga umwana wayo kubwacu
Nguwumwizera wese ntazopfe rubi
Aronke ubugingo budashira

[CHORUS]
Nashimwe
Umwami ashirwe hejuru
Nashimwe
Umwami ashirwe hejuru

[VERSE 2]
Abamwizeye bose
Bamwe bamwakiriye
Baronse ubugingo budashira
Twavyawe nawe
Tugirwa bazima nawe
Umwani numuherezi nico ndi
Abari abansi bimana
Twahindutse incuti zimana
Twigijwe hafi yiwe

[CHORUS]
Nashimwe
Umwami ashirwe hejuru
Nashimwe
Umwami ashirwe hejuru

[BRIDGE]
Kuko yandobanuye yansize amavuta kumutwe
Yantumye kuvugishwa
Kumagufa yumye
Nogutangaza
Umwaka wo kwemerwa

[CHORUS]
Nashimwe
Umwami ashirwe hejuru
Nashimwe
Umwami ashirwe hejuru

[OUTRO]
Mfashe uyumwanya ngo ndagutambire
Mfashe uyumwanya ngo ndagutazire
Mfashe uyumwanya ngo ndagutambire
Mfashe uyumwanya ngo ndagutazire

Watch Video

About Nashimwe

Album : Nashimwe (Single)
Release Year : 2020
Added By : Farida
Published : Sep 29 , 2020

More REDEMPTION VOICE Lyrics

Oya
REDEMPTION VOICE
REDEMPTION VOICE
REDEMPTION VOICE
REDEMPTION VOICE

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl