Isezerano Lyrics

NELSON B Burundi | Slow,

Isezerano Lyrics


[VERSE 1]
DJ four à la prod. et Nelson B
Roc House Records
Yeah yeah
Ni wewe mukunzi wanje
Ni wewe baby
I’m no longer a lover boy
Ivyo gukunda benshi nabisiz’inyuma iyooo
For your sweet love babe I go die
Nikiwa nawe naji feel high
Endapo ma haters wamezidi kuwa wengi iyoooo

[PRE-CHORUS]
Abatwanka bose Mana
ndabasabiye ubahe kuramba
bahe kuramba,
Sindabifurije inabi bareke babeho
Babibone kumaso
Ingene tuzorushinga je n’umukunzi wanje

[CHORUS]
Mubihumbi ni wewe nahisemwo nambik’ impeta
Bavyanke,bavyemere ntakizohinduka
Nah’isi yakwanka,bose bakagenda
Nzokwamana nawe niryo sezerano

[VERSE 2]
Ntagufise hafi mererwa nabi
Homa appetite sina
Kweli mfupa wa ubavuni mwangu yeah
Baba God bless our families (aaaah)
Bless our love (aaaah)
Bless this union (aaaaaaaaah)
With love and hope I pray

[PRE-CHORUS]
Abatwanka bose Mana
ndabasabiye ubahe kuramba
bahe kuramba,
Sindabifurije inabi bareke babeho
Babibone kumaso
Ingene tuzorushinga je n’umukunzi wanje

[CHORUS]
Mubihumbi ni wewe nahisemwo nambik’ impeta
Bavyanke,bavyemere ntakizohinduka
Nah’isi yakwanka,bose bakagenda
Nzokwamana nawe niryo sezerano
Mubihumbi ni wewe nahisemwo nambik’ impeta
Bavyanke,bavyemere ntakizohinduka
Nah’isi yakwanka,bose bakagenda
Nzokwamana nawe niryo sezerano

Yeah oooh
Oh Oh baby,oh baby iyoooo yeah
Mpenzi wangu we X…
Ni mpaka last yeah señorita mamacita yeah yeah
Señorita mamacita yeah
Señori…
Te quiero mi amor

NELSON B (3 lyrics)

Nelson B, whose real name is Nelson Bahati, is an African singer and songwriter from Burundi.

Leave a Comment