Ndakesera Lyrics by MR JOKER

Is now me
Mr Joker
Na MB Data
Eeeh Noway

Oya Joker man
I have no joker bro
Har’umushushu bebe
Mwikota uwo ni feel like

Urakunda ivyo ufata
Burya we ntateretwa
Iyo ateye ipoto umujama
Yibaza ko yokwemera
Erega burya ungaya imbaga (a Bon)
Kumisitari je ndabaga (a Sooo)
Namuresha akibagira akazoza
Agafata gahunda y’urukundo rwa jewe
Reka kwiparatura
Ntiwiyambarire ibutura
Uburya n’uwabagwiza tunga
Fat’inango twigire kuvoma

N’umukobwa wa Teofilo
Umwe agendana itopito
Nzojya m’ugisagara
Kurondera ikwacaaa
Iyo azoba ma nywe nywe wanje

Ndake, How to beautiful baby
Ndake, We mukobwa uri mwiza
Ndake, Sinifuza kukubura
Ndakesera wewe
Ndake, How to beautiful baby
Ndake, We mukobwa uri mwiza
Ndake, Sinifuza kukubura
Ndakesera wewe
Inana
Eeh irakemesha
Ese ntubona none

Wewe ufise isura mbii
Ngira ntico gituma atakuraba bro
Ukuguma unc’intege ko atonyemera
Mbega biva kuki maniga yanjye
Oya sugufuha ahubwo
We uri umubono
Ni gute bo gutwengera
N’ubwanwa nk’agasuguru
Umugabo azira ivy’agendana
Sinka wewe umeze nkaka emoji
Twagendanye ntazi ko uri umukeba
Kiramuso nitwande yooo
N’umukobwa wa Teofilo
Umwe agendana itopito
Nzojya m’ugisagara
Kurondera ikwacaaa
Iyo azoba ma nywe nywe wanje

Ndake, How to beautiful baby
Ndake, We mukobwa uri mwiza
Ndake, Sinifuza kukubura
Ndakesera wewe
Ndake, How to beautiful baby
Ndake, We mukobwa uri mwiza
Ndake, Sinifuza kukubura
Ndakesera wewe
Inana
Eeh irakemesha
Ese ntubona none

Uguma umubesha ngo uramukunda
Ati ni mwiza ukamwita amazina
Mama mugutwenga asa nka Malaika
Agendana itopito azogutiwo

Watch Video

About Ndakesera

Album : Ndakesera (Single)
Release Year : 2021
Added By : Florent Joy
Published : Mar 25 , 2021

More MR JOKER Lyrics

Comments ( 0 )

No Comment yet

See also



You May also Like



Get Afrika Lyrics Mobile App

About AfrikaLyrics 

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2021, New Africa Media Sarl