Umugabo Lyrics
Umugabo Lyrics by MKOMBOZI LUXFER
Nkombozi
Aye aye ayeyo
Umukobwa iyo akunze
Arakunda cane
Agaheba ivyo akunda vyose akawihebera
Agaheba na bourse yokuja kwiga hanze
Urukundo kuriwe ni vyose aranarugwanira
Abashakisha umunezero nkuwa nyina wiwe
Ntamenya yuko abagabo bose si nka sewiwe
Ntamenya yuko abagabo bose si nka sewiwe
Yasize amazu meza iwabo ntumuraze hanze
Ariwawe kubera urukundo, ntubimuhore
No no no no
We we we wewe mugabo, uturubika umugore wikosore
We we we wewe mugabo
Shima imana yaguhaye yaguhezagiye yaguhaye
Yaguhaye, yaguhezagiye yaguhaye
Yaguhezagiye yaguhaye
Yaguhezagiye yaguhaye
Kera mwasohoka hamwe, ubu usohoka nande
Yamajambo meza wamubwira ubu uyabwira abandi
Abahabara urujuje wirarira mutubare
Nta rasiyo wasiye akagwana abana barye nkabandi
Abashakisha umunezero nkuwa nyina wiwe
Ntamenya yuko abagabo bose si nka sewiwe
Yasize amazu meza iwabo ntumuraze hanze
Ariwawe kubera urukundo, ntubimuhore
We we we wewe mugabo, uturubika umugore wikosore
We we we wewe mugabo
Shima imana yaguhaye yaguhezagiye yaguhaye
Yaguhaye, yaguhezagiye yaguhaye
Yaguhezagiye yaguhaye
Yaguhezagiye yaguhaye
Remember we were there
We were there, now what’s happening
When you said you love her
We were there, we were there, now what’s happening
When you saw you love her
We were there, we were there, now what’s happening
We we we, wewe mugabo
We we we, wikosore
We we we, no no no
We we we, wikosore
Urubavu rwawe
We we we, wewe mugabo
We we we, wikosore
Watch Video
About Umugabo
More MKOMBOZI LUXFER Lyrics
Comments ( 0 )
No Comment yet
You May also Like
Get Afrika Lyrics Mobile App
About AfrikaLyrics
Follow Afrika Lyrics
© 2024, We Tell Africa Group Sarl