TETERO LAURETTE Si Piripiri cover image

Paroles de Si Piripiri

Paroles de Si Piripiri Par TETERO LAURETTE


S’agapiripiri, ndababwa iyo
Uri kure aho ntabona
Rukundo rwanje
Ndawaza mbali iyo ntakubona
Nama nshaka kenshi
Wane uri iruhande rwanje
Naje nuko tabani
Iyo uri aho ntakubona

Kukubura ni ikosa, iryo ndarivuze
Kandi kukugira, n’umugisha vy’ukuri
Umpa amahoro nkibona, nk’umuhoro
Umpa urukundo nkabona umurongo
Ni we rurabo rwanje
Rumuri rumuri rwanje
Ndakubura rimwe nkasara
Ugiye lote nopfa

S’agapiripiri, ndababwa iyo
Uri kure aho ntabona
Rukundo rwanje
Ndawaza mbali iyo ntakubona
Nama nshaka kenshi
Wane uri iruhande rwanje
Naje nuko tabani
Iyo uri aho ntakubona

Sivyimbeshere rukundo
Iyo urikure ndabura amahora
Mbega ngo nkumburiki?
Special twatu
Erega kugukunda uri umwe
Nico cizere canje
Nanka ko woja mbali
Bamwe bagukurikira
Woje ukansiga only bikarya nkasigara nkipfumvyi
Yaa habibi yaa khamush my baby
Ngwino ndagukunde uri only girl

S’agapiripiri, ndababwa iyo
Uri kure aho ntabona
Rukundo rwanje
Ndawaza mbali iyo ntakubona
Nama nshaka kenshi
Wane uri iruhande rwanje
Naje nuko tabani
Iyo uri aho ntakubona

Ecouter

A Propos de "Si Piripiri"

Album : Si Piripiri (Single)
Année de Sortie : 2020
Ajouté par : Farida
Published : Jan 08 , 2020

Plus de Lyrics de TETERO LAURETTE

TETERO LAURETTE
TETERO LAURETTE
TETERO LAURETTE
TETERO LAURETTE

Commentaires ( 0 )

Aucun commentaire pour l'instant



A propos de AfrikaLyrics

Afrika Lyrics est la plus large collection de paroles de chansons et de traductions d’Afrique. Afrika Lyrics fournit les paroles des musiques de plus de 30 pays africains et des traductions de lyrics de plus de 10 langues africaines en français et en anglais.

Suivre Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl