
Paroles de Hayi
Paroles de Hayi Par MONIA FLEUR
Gakamagire gakamagire
Umwansi rutumbe
Gakamagire gakamagire
Inyota itakwica
Gakamagire gakamagire
Dusome rusose
Gakamagire gakamagire
Numva ndi fresh mwampay iki?
Numva ndi hayi fanta ni so, fanta ni so
Numva ndi hayi nanyoy'iki?nanyoy'iki?
Numva ndi hayi ,numva ndi hayi
Then now i feel henessy ni fresh
Sinshaka akandi ga fanta
Ntavy aga fanta nkabona nsinzira
Ntabon'ikibitera kumbe n agafanta, n agafanta
Nkumva ndashaka gutamba nkabura n ico bivako
Izi horo mbona ari so je numva zenda kunsaza
Numva ndi hayi nkapfa walahi
Walahi lahi lahilaaa
Ooh ooh ntavyo gutaha (mpa akayogaaa)
Ooh ooh ntanokuryama (eeeh nyongera ninwere)
Numva ndi fresh mwampay iki?
Numva ndi hayi fanta ni so, fanta ni so
Numva ndi hayi nanyoy'iki?nanyoy'iki?
Numva ndi hayi ,numva ndi hayi
Gakamagire gakamagire
Umwansi rutumbe
Gakamagire gakamagire
Inyota itakwica
Gakamagire gakamagire
Dusome rusose
Gakamagire gakamagire
Ooh ooh ntavyo gutaha (mpa akayogaaa)
Ooh ooh ntanokuryama (eeeh nyongera ninwere)
Numva ndi fresh mwampay iki?
Numva ndi hayi fanta ni so,fanta ni so
Numva ndi hayi nanyoy'iki?nanyoy'iki?
Numva ndi hayi ,numva ndi hayi
Gakamagire gakamagire
Umwansi rutumbe
Gakamagire gakamagire
Inyota itakwica
Gakamagire gakamagire
Dusome rusose
Gakamagire gakamagire
Ecouter
A Propos de "Hayi "
Plus de Lyrics de MONIA FLEUR
Commentaires ( 0 )
Aucun commentaire pour l'instant
Vous aimeriez sûrement
Essayez l'application Mobile
A propos de AfrikaLyrics
Suivre Afrika Lyrics
© 2025, We Tell Africa Group Sarl