Paroles de Vyarashitse
Paroles de Vyarashitse Par DOUBLE JAY
Uuuh ooh
Watagwaan
Uuuh nonono
Shubirubiru…
Feel gyal them
GTG city
Swagger record
Double Jay one again
Baby ikindaza nicaye
N’urukundo ngukunda
Ikintera umubabaro
N’uko ufise uwundi ukunda
Vyarashitse nanje ndagukunda
Ariko naracitse intege
Umusi menya ko ufise uwundi musohokana
Bavuga ko muberanye
Bavuga ko mukwiranye
Ariko sinkubesha ndababara iyo ndababonye
Abagenzi bakambwira
Ngo ndonderere ahandi
Ngo uramukunda akagukunda
Arikooooo
Naho ufise uwundi ntivyombuza
Kukubwira ko ngukunda mamaaa
Umutima wanje ndakubona ugatera
Naho ufise uwundi ukunda
Burya nanje ndagukunda
Untahure vyarashitse ubimenye
Uuuh agahinda
Umubabaro, kudatora itiro mw’ijoro
Kubera wewe weweeeeee
Mbega nikuki ntakumenye kuva kera
Utarakundana n’uryaaa
Wari hehe buryaaa
Uuuuh
Kura ntagufise mbona ari amaganyaaa
Nama nipfuza icobatanyaaa
N’urya wundi maze ukaba uwanje
Nokwima ico ntafise
Nokubera wa muhungu wamye urota kuva kera
(Hamwe wonyemeraaa)
Naho ufise uwundi ntivyombuza
Kukubwira ko ngukunda mamaaa
Umutima wanje ndakubona ugatera
Naho ufise uwundi ukunda
Burya nanje ndagukunda
Untahure vyarashitse ubimenye
Nahooo
Bidashoboka
Sinoreka kubivuga ngo nawe ubimenye
Naho ufise uwundi ukunda
Vyarashitse ndagukunda
Kuva uyu musi ubimenye baby babyyyy
Naho ufise uwundi ntivyombuza
Kukubwira ko ngukunda mamaaa
Umutima wanje ndakubona ugatera
Naho ufise uwundi ukunda
Burya nanje ndagukunda
Untahure vyarashitse ubimenye
Ecouter
A Propos de "Vyarashitse"
Plus de Lyrics de DOUBLE JAY
Commentaires ( 0 )
Aucun commentaire pour l'instant
Vous aimeriez sûrement
Essayez l'application Mobile
A propos de AfrikaLyrics
Suivre Afrika Lyrics
© 2024, We Tell Africa Group Sarl