Ni Wewe Lyrics by FORTRAN BIGIRIMANA


Ntugahagarikwe umutima n’ejo hazoza
Ahubwo izigire uhoraho, komeza ukore ivyiza gusa
Shishikara ivy’ukuri, himbarwa n’uhoraho
Ivy’umutima wawe ugomba, arabizi
Ntugahagarikwe umutima n’ejo hazoza
Ahubwo izigire uhoraho, komeza ukore ivyiza gusa
Shishikara ivy’ukuri, himbarwa n’uhoraho
Ivy’umutima wawe ugomba, arabizi

Mubwire uti
Ni wewe
Ni wewe vyizigiro vyanje
Ni wewe , ni wewe nishimiye
Arasesekaye, amahoro mu mutima wanje
Ni wewe, ni wewe nishimiye
Nzokurorera Ntekanye
Ni wewe
Ni wewe vyizigiro vyanje
Ni wewe , ni wewe nishimiye
Arasesekaye, amahoro mu mutima wanje
Ni wewe, ni wewe nishimiye
Nzokurorera Ntekanye

Ntugahagarikwe umutima n’ejo hazoza
Ahubwo izigire uhoraho, komeza ukore ivyiza gusa
Shishikara ivy’ukuri, himbarwa n’uhoraho
Ivy’umutima wawe ugomba, arabizi

Mubwire uti
Ni wewe
Ni wewe vyizigiro vyanje
Ni wewe , ni wewe nishimiye
Arasesekaye, amahoro mu mutima wanje
Ni wewe, ni wewe nishimiye
Nzokurorera Ntekanye

Watch Video

About Ni Wewe

Album : Ni Wewe (Single)
Release Year : 2022
Added By : Farida
Published : May 17 , 2022

More FORTRAN BIGIRIMANA Lyrics

FORTRAN BIGIRIMANA
FORTRAN BIGIRIMANA
FORTRAN BIGIRIMANA

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl