Ndaje Lyrics by FORTRAN BIGIRIMANA


Ndaje nivyanje vyose
N’umutima ukunyotewe
Ndaje
Mu bwiza bwawe
Ndaje Yesu
We muhanyi w’ubugingo
Ndaje Yesu
Kunywa kw’isoko ndaje
Kw’iriba rimar’inyota zose
Ndaje
Ndaje nivyanje vyose
N’umutima ukunyotewe
Ndaje
Mu bwiza bwawe
Ndaje Yesu
We muhanyi w’ubugingo
Ndaje Yesu
Kunywa kw’isoko ndaje
Kw’iriba rimar’inyota zose
Ndaje
Ndaje nivyanje vyose
N’umutima ukunyotewe
Ndaje
Mu bwiza bwawe
Ndaje Yesu
We muhanyi w’ubugingo
Ndaje Yesu
Kunywa kw’isoko ndaje
Kw’iriba rimar’inyota zose
Ndaje
Ndaje nivyanje vyose
N’umutima ukunyotewe
Ndaje
Mu bwiza bwawe
Ndaje Yesu
We muhanyi w’ubugingo
Ndaje Yesu
Kunywa kw’isoko ndaje
Kw’iriba rimar’inyota zose
Ndaje
Ndaje nivyanje vyose
N’umutima ukunyotewe
Ndaje
Mu bwiza bwawe
Ndaje Yesu
We muhanyi w’ubugingo
Ndaje Yesu
Kunywa kw’isoko ndaje
Kw’iriba rimar’inyota zose
Ndaje

Ndaje ndaje
Yesu Ndaje
Kunywa kw’isoko
Ridakama Yesu ndaje
Kuri wewe umara inyota zose
Ndaje
Ngirira neza
Ndaje Yesu ndaje
Ndaje ndaje
Yesu Ndaje
Kunywa kw’isoko
Ridakama Yesu ndaje
Kuri wewe umara inyota zose
Ndaje
Ngirira neza
Ndaje Yesu ndaje

Watch Video


About Ndaje

Album : Ndaje (Single)
Release Year : 2022
Added By : Farida
Published : Jul 13 , 2022

More FORTRAN BIGIRIMANA Lyrics

FORTRAN BIGIRIMANA
FORTRAN BIGIRIMANA
FORTRAN BIGIRIMANA
FORTRAN BIGIRIMANA

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2022, We Tell Africa Group Sarl