FABELOVE Ama Défauts cover image

Ama Défauts Lyrics

Ama Défauts Lyrics by FABELOVE


Ntuze wiyumve ko, utagira idefo
Kenshi wibukeko, dusangiye ishusho
Hari uwutambuka akagenda  agara
Imvugo yiwe ukanama ramara
Yigira vyinshi agomba kuduhenda
Niwa mu type avuga ndogenda, ndongenda ndo eeh
Hari n’abambara bakaberwa gose
Bavuga ukibaza ntibaronka brosse
Umunuko hmm, ukanyegeza ama pua
Bakeny’isuku ngabo styles zihabura
Nawe ng’uri gang ugatwenga abandi
Raba wonze hasi, hasi hasi
Ntuvuge ntuvuge abandi ubunenge
Ntutuke ntutuke abandi ubuvenge
Benshi ubita imende, mwana ngwino usenge
Ntugume ntugume uja mumigenge

Mugutambuka anyuranya amavi nk’imbago
Agatwenga abandi ngo abasumvya imetero
Mugutambuka anyuranya amavi nk’imabago
Agatwenga abandi ngo abasumvya imetero
Heba gutor’abandi defauts
Harimwo abagusumvya level
Abagusumvy’urundi rwego, ego
Ubuze defauts zawe iburyo, gend’ibubamfu zuzuyeyo
Menya uri kwi’isi y’ama devils
Hano kw’isi ntawutagendana ama defauts
Ntawutagendana ama defauts
Ama defauts, defauts, defauts
Ama defauts
Hano kw’isi ntawutagendana ama defauts
Ntawutagendana ama defauts
Ama defauts, defauts, defauts, defauts

Urabatora abandi amakosa, ugay’imana
Urabatwenga atago winona, kamiligoooo
Mbarira ukundi ugaya abandi, ukabamanura hepfo
Ivyo binenge ubona kubandi iwawe nta bi defauts
Uburyo utwenga abandi tête yawe irimwo aga chiffon
Kubera utora ibinenge abandi wiyibagije ejo
Mbega nawe utwenga defauts
Usabiriza mumufuko umerewe faux
Nk’urya k’umutora defauts
Afise kugutunga yogukiza guetto
Here we go
Kumbura umenye ko atanyambo ibura agahonzi
Muguponda girubwitonzi
Ntamucanwa utagira umwotsi
Ubu ubuzima burashushe kandi bukonje
Hari abatunze abandi bashonje
Nkabona bose bidodomvye
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts
Twese turi n’ama defauts

Hano kw’isi ntawutagendana ama defauts
Ntawutagendana ama defauts
Ama defauts, defauts, defauts, defauts
Hano kw’isi ntawutagendana ama defauts
Ntawutagendana ama defauts
Ama defauts, defauts, defauts, defauts
Hano kw’isi ntawutagendana ama defauts
Ntawutagendana ama defauts
Ama defauts, defauts, defauts, defauts
Hano kw’isi ntawutagendana ama defauts
Ntawutagendana ama defauts
Ama defauts, defauts, defauts, defauts

Kelxfy

About Ama Défauts

Album : Ama Défauts (Single)
Release Year : 2021
Added By : Farida
Published : May 26 , 2021

More FABELOVE Lyrics

FABELOVE
FABELOVE

Comments ( 0 )

No Comment yet


Kelxfy

About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2022, We Tell Africa Group Sarl