YAHWEH Lyrics

DUDU T. NIYUKURI Feat G.S.CREW & SERGE IYAMUREMYE Burundi | Gospel,

YAHWEH Lyrics


Jehovah Jireh
Jehovah Rapha
Jehovah Adonai
Mana muremyi
Data wa twese
Imana imwe rudende
Zina risumba ayandi
Ndaje nzanye amashimwe
Yawe … oh Yawe
Mwami ntawusa na we
Yahweh … ooh Yahweh !!!
Yahweh…

Izina ryawe
Ni Yesu kristo
Ntare yo kugishitsi cya dawidi
Kandi Iyo utegetse
Ntawa ku vuguruza
Zina risumba ayandi

Ndaje nzanye amashimwe
Yawe … Yawe
Mwami ntawusa na we
Yahweh … Yahweh
Ntawuhwanye nawe

Izina ryawe ryubahwe
Ubwami bwawe buze
Ivyo ushaka bibe Yahweh
Izina ryawe ryubahwe
Ubwami bwawe buze
Ivyo ushaka bibe Yahweh
Izina ryawe ryubahwe
Ubwami bwawe buze
Ivyo ushaka bibe Yahweh
Izina ryawe ryubahwe
Ubwami bwawe buze
Ivyo ushaka bibe Yahweh
Yahweh … Yahweh !!!
Yahweh … Yahweh !!!
Yahweh … Yahweh !!!

 

DUDU T. NIYUKURI (6 lyrics)

Dudu T Niyukuri is a Gospel singer from Burundi, born in 1981 in Bujumbura.

Leave a Comment