Guitar Lyrics by LOLILO

Ndirimbo yanje ya buri gitondo
Mélodie yanje yama iri romantic
Majambo meza ansosera nk'ubuki
Numva nifuje kwibera i guitar
Maze unkoreko numve ucuraranga
Wakora kumurya nkumva unsanga neza
Icushaka kuvuga nanj nkumviriza
Nkavuga ibikuruhura umutima
Maze nkarota numva ngucuraranga
Nakuvugisha nkumva ndi kukurira
Naririmba ho nkumva noguca umurya
Guitar canje nukuri uranduhura

Guitar canje tsatsarararara
Vuga ndakwumve tsatsarararara
Ndakuvuze tsarara tsarara
Nawe uvuge tsarara tsarara
Guitar canje tsatsarararara
Vuga ndakwumve tsatsarararara
Ndakuvuze tsarara tsarara
Nawe uvuge tsarara tsarara

Kimararungu kenshi iyo rinyishe
Ndakuvuza nkaryoherwa iyo mbabaye
Unsanga iminsi yose iyo ndi jenyene
Guitar canje ekaa sinkakubure
Utuma mbona umuco mu mwijima
Umunezero ahari umubabaro
Ubushuhe mu mbeho y'igikonyozi
Guitar canje uri umugisha wanje
Nokubura amagogwa noyakwiza he
Norira nkasarara nk'uwihebuye
Sinosubira kurya canke ngoheke
Guitar canje niwe buzima bwanje

Guitar canje tsatsarararara
Vuga ndakwumve tsatsarararara
Ndakuvuze tsarara tsarara
Nawe uvuge tsarara tsarara
Guitar canje tsatsarararara
Vuga ndakwumve tsatsarararara
Ndakuvuze tsarara tsarara
Nawe uvuge tsarara tsarara

Tsatsarararara Tsatsarararara
Tsarara tsarara Tsarara tsarara

Guitar canje tsatsarararara
Vuga ndakwumve tsatsarararara
Ndakuvuze tsarara tsarara
Nawe uvuge tsarara tsarara

Guitar canje tsatsarararara
Vuga ndakwumve tsatsarararara
Ndakuvuze tsarara tsarara
Nawe uvuge tsarara tsarara

 

Watch Video

About Guitar

Album : Guitar (Single)
Release Year : 2018
Added By : Afrika Lyrics
Published : Jan 09 , 2019

More LOLILO Lyrics

LOLILO
LOLILO

Comments ( 0 )

No Comment yet

See also



You May also Like



Get Afrika Lyrics Mobile App

About AfrikaLyrics 

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2020, New Africa Media Sarl