...

Paroles de Mu Maraso Yawe Par DUDU T. NIYUKURI

[INTRO]
Ugira neza, Ugira neza
Mwami ugira neza
Ugira neza

[VERSE]
Mu maraso yawe Yesu
Mu maraso yawe
Mu maraso yawe Yesu
Aho niho nkirira
Mu maraso yawe Yesu
Mu maraso yawe
Mu maraso yawe Yesu
Aho niho nkirira

[CHORUS]
Wanyishuriye
Imyenda yose
Wahanaguye
Icaha canje
Maze wugurura
Amajuru
Uncira inzira
Mbona kwinjira

Wanyishuriye
Imyenda yose
Wahanaguye
Icaha canje
Maze wugurura
Amajuru
Uncira inzira
Mbona kwinjira

Oooooh.... Oooooh
Ugira neza
Oooooh.... Oooooh
Ugira neza

[BRIGDE]
Ntaco nkura mu rukundo
Canke isezerano ryawe
Ico wavuze ntikivaho
Naho isi yose yovaho
Ntaco nkura mu rukundo
Canke isezerano ryawe
Ico wavuze ntikivaho
Naho isi yose yovaho
    
Oooooh.... Oooooh
Ugira neza
Oooooh.... Oooooh
Ugira neza

 

Ecouter

A Propos de "Mu Maraso Yawe"

Album : Mu Maraso Yawe (Single)
Année de Sortie : 2018
Ajouté par : Afrika Lyrics
Published : Dec 30 , 2018

Plus de Lyrics de DUDU T. NIYUKURI

DUDU T. NIYUKURI
DUDU T. NIYUKURI
DUDU T. NIYUKURI
DUDU T. NIYUKURI

Commentaires ( 0 )

Aucun commentaire pour l'instant

See also



Vous aimeriez sûrement



Essayez l'application Mobile

A propos de AfrikaLyrics

Afrika Lyrics est la plus riche collection de paroles de chansons et de traductions d’Afrique. Afrika Lyrics fournit les paroles des musiques de plus de 30 pays africains et des traductions de lyrics de plus de 10 langues africaines en français et en anglais.

Suivre Afrika Lyrics

© 2020, New Africa Media Sarl