B FACE Araruenze cover image

Paroles de Araruenze

«ARARENZE» est une chanson du chanteur burundais «B Face»
Sorti le...

Paroles de Araruenze Par B FACE


One way

Umukobwa wanje araruenze (araruenze)
Muk’umukunda sinihenze
Oya sintihenze
She is original
I love her more and than more
Twavy’izasanzemwo
Ukuntu twiyumvanamwo
She is my queen
She is my queen
She is my queen

Jewe nawe turuzuzanya (turuzuzanya)
Ndamubwiye ikintu aranyumva (aranyumva)
Kandi sinkekeranya
Ndabizi yuko nawe ankunda
Narashitse sinzovamwo
Narashinze imizi
Ibihe vyiza mbayemwo
Ni jewe ndabizi
Abanzi ntibabura
Gusambura izo batubatse
Ariko baziyomora
Ivyo bifuza bidashitse

Umukobwa wanje araruenze (araruenze)
Muk’umukunda sinihenze
Oya sintihenze
She is original
I love her more and than more
Twavy’izasanzemwo
Ukuntu twiyumvanamwo
She is my queen
She is my queen
She is my queen

She is my best friend
And we love each other
Ndamukunda rumwe rudende
Sindamuvanga
Ico ankundira
Muri vyose ndamutahura
Nawe akanyumva
Ibintu vyose ndamubwira
Je l’aime à mourir
Sinifuza yuko ancika
J’adore son sourire
Birampimbara ariko aratwenga

That why I say she is better than others
Niyo turi kumwe niyumva ndi boombanda
Nico gituma bose babaza watagwaa
Mukihendelea kusema sana
Mutapigwa eeeh
Mutapigwa eeeh

Umukobwa wanje araruenze (araruenze)
Muk’umukunda sinihenze
Oya sintihenze
She is original
I love her more and than more
Twavy’izasanzemwo
Ukuntu twiyumvanamwo
She is my queen
She is my queen
She is my queen
Oyeeeh
She is my queen
She is my queen

Ecouter

A Propos de "Araruenze"

Album : Ararenze (Single)
Année de Sortie : 2021
Ajouté par : Florent Joy
Published : Apr 12 , 2021

Plus de Lyrics de B FACE

B FACE
B FACE
B FACE
B FACE

Commentaires ( 0 )

Aucun commentaire pour l'instant



A propos de AfrikaLyrics

Afrika Lyrics est la plus large collection de paroles de chansons et de traductions d’Afrique. Afrika Lyrics fournit les paroles des musiques de plus de 30 pays africains et des traductions de lyrics de plus de 10 langues africaines en français et en anglais.

Suivre Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl