Mu Maraso Yawe Lyrics

DUDU T. NIYUKURI Burundi | Gospel,

Mu Maraso Yawe Lyrics


[INTRO]
Ugira neza, Ugira neza
Mwami ugira neza
Ugira neza

[VERSE]
Mu maraso yawe Yesu
Mu maraso yawe
Mu maraso yawe Yesu
Aho niho nkirira
Mu maraso yawe Yesu
Mu maraso yawe
Mu maraso yawe Yesu
Aho niho nkirira

[CHORUS]
Wanyishuriye
Imyenda yose
Wahanaguye
Icaha canje
Maze wugurura
Amajuru
Uncira inzira
Mbona kwinjira

Wanyishuriye
Imyenda yose
Wahanaguye
Icaha canje
Maze wugurura
Amajuru
Uncira inzira
Mbona kwinjira

Oooooh.... Oooooh
Ugira neza
Oooooh.... Oooooh
Ugira neza

[BRIGDE]
Ntaco nkura mu rukundo
Canke isezerano ryawe
Ico wavuze ntikivaho
Naho isi yose yovaho
Ntaco nkura mu rukundo
Canke isezerano ryawe
Ico wavuze ntikivaho
Naho isi yose yovaho
    
Oooooh.... Oooooh
Ugira neza
Oooooh.... Oooooh
Ugira neza

 

DUDU T. NIYUKURI (6 lyrics)

Dudu T Niyukuri is a Gospel singer from Burundi, born in 1981 in Bujumbura.

Leave a Comment