Body Lyrics by D-ONE


Ubandanye unsaze unsaze darling
Nanje ndakuguyaguya
Baby one time, two time darling
Mpaka nze kubira akuya
You gimme, you gimme something different
You gimme, you gimme something unique
You gimme, you gimme something different
You gimme, you gimme something unique
Bag girl from rohero ya kabiri hmm wankaniye kabiri
Wallah jewe sinatora akabiri hmmm
Ntakubonye akandi kabiri

Amaboko yanje nagutangira ngaya ndayamatse, ngaya ndayamatse
Amaboko yanje nagutangira ngaya ndayamatse, ngaya ndayamatse

Nkozako your body
Nkozako your body
Nkozako your body
Nkozako your body
Nkozako izo lips
Nkozako your body right now

I don’t stop, no stop
Maze kwibagira n’inzira ijana muhina
Bikore right now
Nshaka kwumva ibintu biduga ndetse bikamanuka
My stress killer, bad girl killer
Uri the killer, my pain killer
My stress killer, bad girl killer
Uri the killer, my pain killer
Aho unjana niho nja
Sinipfuza kukurekura ako kabiri kawe
Kankiriz’ingwara z’umutima
Intoke zawe, ndashaka kuzumva
Feelings mama

Amaboko yanje nagutangira ngaya ndayamatse, ngaya ndayamatse
Amaboko yanje nagutangira ngaya ndayamatse, ngaya ndayamatse

Nkozako your body
Nkozako your body
Nkozako your body
Nkozako your body
Nkozako izo lips
Nkozako your body right now

Watch Video


About Body

Album : Body (Single)
Release Year : 2022
Copyright : © 2022 license to iTekaMusic.
Added By : Farida
Published : Nov 03 , 2022

More D-ONE Lyrics

D-ONE

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2023, We Tell Africa Group Sarl