SAT-B Izina cover image

Izina Lyrics

Izina Lyrics by SAT-B


Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Umwanya mwinshi
Inguvu nyishi ntaga ibimazi

Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Umwanya mwinshi
Inguvu nyishi ntaga ibimazi

Twari turi benshi twari turi umuyoro
Muri uru rugendo
Urugendo rwiziranenge
Gucika intege vyari umuziro
Vyatuma udashika kwihangiro
Hashirwa imbere babiri gusa
Abandi bafatwa nka zero

Ndabashitse imbere bakansuzugura
Kubera ukuntu nasaga
Ngira ama Concert mukanyosha no kumusaga
Mpuye n’aba bolayi
Amakofe akambera icayi
Ngo nzanye iki mw’i quaritiye atari ubuyuwayi

Nkorana inguvu nkorana umurava
Nikura mugasuzuguro
Umwana w’uwuntu yama yipfuza
Kwama akubonye mumubabaro
Mwezi gisabo yagwanye aragwana
Akagwanira imbibe z’igihugu
Ba maconco baramurwanya yeah ah

Reka tubane uko biri kwose tuzinanye
Umweranda kw’isi y’ubu ntawukiriho
Jewe ico nzi n’umwenegihugu yaraciye akenge
N’umwana avuka avukana ubwenge
Nk’umwana womwisomero rya gatandatu 6

In this year! In this year!
In this year i will burn their as
In this year! In this year!
In this year I will put them fire!

Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Umwanya mwinshi
Inguvu nyishi ntaga ibimazi

Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Umwanya mwinshi
Inguvu nyishi ntaga ibimazi

Nigga listen now, tell them that I’m here
Nigga u know am not afraid
I’m very sure on myself
Simuogopi binadam mimi
namuokopa Mungu peke
Utake usinitake, niteke nikukwepe

Bavuga sindi umusirimu
Iconzi umugabo n’urucumu
Twigereranya n’abazimu
Twabaye ba mwenda wazimu
Najewe sije nabizanye
Nakuze mbona abantu bagenda
Bagwana bagenda bashwana
Bagenda bacanacanamwo

Wewe unkurira, nyigisha neza
Ivyo uzokora nivyo nanje nzokora
Nyereka neza Akarorero keza
Yacunsunura reka mbege wee

Abayahudi bamutwara yezu kwa pirato
Twandikire dusinyire tumubambe
Pirato afata ikaramu arandika
Ashirako urukumu ati yesu
Umwami w’abayuda n’abambwe
Abayuda babibonye bati yewe pirato
Wihenze wari kwandika uwiyitirira
Umwami w’abayuda
Pirato aravyanka ati oya jewe sisinyura
Umwana w’Imana bamukorera ikibi
Kibishe

In this year! In this year
In this year I will burn their as
In this year! In this year!
In this year I will put them fire!

Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Umwanya mwinshi
Inguvu nyishi ntaga ibimazi

Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Kwubaka izina vyarafashe umwanya mwinshi
Kwubaka izina vyaramfashe inguvu nyishi
Umwanya mwinshi
Inguvu nyishi ntaga ibimazi

 

Watch Video

About Izina

Album : Izina (Single)
Release Year : 2020
Copyright : (c) 2020, Empire Avenue Records
Added By : Afrika Lyrics
Published : Sep 19 , 2020

More SAT-B Lyrics

SAT-B
SAT-B
SAT-B

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl