MEILI Arabesha cover image

Arabesha Lyrics

Arabesha Lyrics by MEILI


Man be my love gimme  gimme love
Don’t waste my time with your lies
Man be my love gimme gimme love
Don’t waste my time with your lies

Let me sing for the love and the lies that you said
Igihe wambwira ati meili njagala
Naciye numva urukundo ruduga
Mumutima ca ndijajajara
Wampa vyose ama gift,ama shurwe
Ama care Bintera kwijajara
Baby nari naragukunze iee iee
Mbega ivyurukundo nuko bimeze
Sinibazo ko vyoheze
Nilikupenda hukunipenda
Nilikupa penzi langu
Nalia najuta
Nalia na moyo wangu

Kumbe arambesha sha
Kumbe arambesha
Arabesha , arabesha
Kumbe arambesha sha
Kumbe arambesha
Arabesha, arabesha

Man be my love gimme gimme love
Don’t waste my time with your lies
Man be my love gimme gimme love
Don’t waste my time with your lies

Nubwo bimeze uko iyo nkubonye
Umutima urasimba mpita nibuka vyabihe
Vyiza twabayemwo jewe nawe
Ntawundi mbona niwe wenyene mbona
Iwanje wari ubwugamo butava
Nakwihaye ataco nisigarije
Ariko birangiye mu kwicuza aaah
Baby nari naragukunze iee iee
Mbega ivyurukundo nuko bimeze
Sinibazo ko vyoheze
Nilikupenda hukunipenda
Nilikupa penzi langu
Nalia najuta
Nalia na moyo wangu

Kumbe arambesha sha
Kumbe arambesha
Arabesha ,arabesha
Kumbe arambesha sha
Kumbe arambesha
Arabesha, arabesha

Baby i’ll miss your, miss your, miss your body
Baby i’ll miss your body, i’ll miss your, miss your, miss your body
Baby i’ll Miss your body, miss your body

Kumbe arambesha sha
Kumbe arambesha
Arabesha ,arabesha
Kumbe arambesha sha
Kumbe arambesha
Arabesha, arabesha

Watch Video

About Arabesha

Album : Arabesha (Single)
Release Year : 2021
Added By : Farida
Published : Nov 23 , 2021

More MEILI Lyrics

MEILI
MEILI
MEILI
MEILI

Comments ( 0 )

No Comment yet



About AfrikaLyrics

Afrika Lyrics is the most diverse collection of African song lyrics and translations. Afrika Lyrics provides music lyrics from over 30 African countries and lyrics translations from over 10 African Languages into English and French

Follow Afrika Lyrics

© 2024, We Tell Africa Group Sarl