
Kiramwakuye Lyrics
Kiramwakuye Lyrics by MB DATA
It’s now me
MB Data
One way
Eeh Naweye
Ushing’igitsitsiri ca mugenzawe
Ugatera ikizaka rwawe
Ico gisigo wishinga ukakigira rwawe
Erega ntaco kiguhanura
Atari kugomora Niko akazi kaco
Uraja ngaho ugatezindumu
Ukibaza ar’umugenzawe
Ni makwekwe makwekwe eee
Kirutanamu na mpaci mama
Cataye ivyaco kigomba
Kumera nkuko kimeze
Ca gisigo kimutuma akunda amahera
Kiramwakuye
Kigomba kwaba nkuko cabaye
Kiramwakuyee eeh
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
Erega ishano siryo urya murya
Gusa no mumanuro mbii
Ririmwo ooh yooh ririmwo oooh
Uhanurwa nabi ukoshwa nabi
Ukicuza nabi nka ca gisigo
Umugisha wawe uraje ishinga benshi
Aho harimwo be na ca gisigo eeh
Uraraba ntube nk’inda n’umusoso
Kubera ikigufa, gifise impamvu kikwosha
Kugirango ubure n’utwo ufise
Ni makwekwe makwekwe eeeh
Kirutanamu na mpaci mama
Cataye ivyaco kigomba
Kumera nkuko kimeze
Ca gisigo kimutuma akunda amahera
Kiramwakuye
Kigomba kwaba nkuko cabaye
Kiramwakuyee eeh
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
Ca gisigo kimutuma akunda amahera
Kiramwakuye
Kigomba kwaba nkuko cabaye
Kiramwakuyee eeh
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
Kiramwa
Erega ntaco kiguhanura (kiramwa)
Kigomba kumera nkuko kimeze
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
(Kiramwa kiramwakuye eeh)
One way
Watch Video
About Kiramwakuye
More MB DATA Lyrics
Comments ( 0 )
No Comment yet
You May also Like
Get Afrika Lyrics Mobile App
About AfrikaLyrics
Follow Afrika Lyrics
© 2025, We Tell Africa Group Sarl